Abakora urudandazwa rutemewe n'amategeko rw'amahembe y'inkura (rhinocéros) bubuye ubwenge bwo kuyasohokana umugabane wa Africa ku bibuga vy'indege, mu kuyajana mu bisharizo bitandukanye. Mw'itohoza ...
Ku nshuro ya mbere mu mateka habaye iyimurwa ry'inkura z'umukara eshanu zavuye muri kilimetero 6000 zizanwa mu cyanya cy'Akagera mu Rwanda. Izi nkura (rhinocéros) zageze mu Rwanda mu rukerera rwo kuri ...